Styves Derrick akeneye inyishu
Posté par patricksota le 31 mars 2011
Styves Derrick ararindiriye inyishu yanyu
Sports y’uburundi igeze aho umwansi ashaka, hokorwa iki kugira mauvais résultats tumaze imisi tubona zihagarare,contribution yacu irakenewe…
Urukiza rwumupira w’amaguru ugeze habi ruzova he ?
Traduction : (titre) : Styves Derrick a besoin de votre réponse
Le sport burundais est à son plus bas niveau, que faudrait-il faire pour parer à ces mauvais résultats observés de nos jours ? Notre contribution est nécessaire.
D’où viendra le salut du football burundais devenu très faible ?
Styves Derrick Ndizeye
Journaliste et analyste sportif, animateur de l’émission Rema Sport(station Rema FM)
Bienvenue mon frere, urukiza rw’umupira mbere na sport zose birakeneye abantu nkamwe na sota ubwambere hama ikindi ubutegesi iyo butameze neza nibindi vyose bica bihobahoba, Nyenicubahiro Nkurunziza yogerageza nuko umenga abamukikuje baramaze kwaguka biragoye ko bokwikura mama milioni ngo bayahaye umurwi, nabo bataraba ama milliardeur nkabandi birababaje cane ahubwo Imana nituje imbere bizoshika tuvyizere aho tuzosubira kuryoherwa nkigihe vitalo yaja miri finale abanyagihugu booose bagatamba bagatarika ata wandya wangura je reve.
En kinyarwanda on dit »Ikilo c’amahirwe kiruta itoni y’ubwenge ».n’est-ce pas par rapport au match Rwanda contre Burundi lors de ces éliminatoires de la CAN 2012?